1 Ngoma 6:70 Bibiliya y’isi nshasha 70 ku vy’igice c’umuryango wa Manase hatangwa: Aneri+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Bileyamu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, bihabwa umuryango wa bene Kohati bari basigaye+.
70 ku vy’igice c’umuryango wa Manase hatangwa: Aneri+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Bileyamu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, bihabwa umuryango wa bene Kohati bari basigaye+.