7 Bene Bela+ na bo bari Eziboni na Uzi na Uziyeli na Yerimoti na Iri: batanu, bano bakaba bari abakuru b’inzu ya ba sekuruza, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi; iyandikwa ryabo rifatiye ku mamuko+ ryerekanye ko bari ibihumbi mirongo ibiri na bibiri na mirongo itatu na bane.