40 Abo bose bari bene Asheri, abakuru+ b’inzu ya ba sekuruza babo, abagabo batowe, b’intwari+ kandi b’abanyenkomezi, abakuru b’abandi bakuru; banditswe mu ngabo ku bw’intambara hisunzwe amamuko yabo+. Igitigiri cabo cari abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu+.