1 Ngoma 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Shaharayimu, amaze kubirukana, avyarira abana mu karere+ ka Mowabu. Hushimu na Bayara bari abagore biwe.
8 Nayo Shaharayimu, amaze kubirukana, avyarira abana mu karere+ ka Mowabu. Hushimu na Bayara bari abagore biwe.