1 Ngoma 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Elipayali avyara na Beriya na Shema. Abo ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuruza babo yegukira ababa i Ayaloni+. Abo ni bo birukanye ababa i Gati.
13 Elipayali avyara na Beriya na Shema. Abo ni bo bari abakuru b’amazu ya ba sekuruza babo yegukira ababa i Ayaloni+. Abo ni bo birukanye ababa i Gati.