1 Ngoma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Bo hamwe n’abahungu babo bari bajejwe amarembo y’inzu ya Yehova, ari yo nzu y’ihema, bagakora igikorwa c’uburinzi+.
23 Bo hamwe n’abahungu babo bari bajejwe amarembo y’inzu ya Yehova, ari yo nzu y’ihema, bagakora igikorwa c’uburinzi+.