1 Ngoma 9:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Mwene Yonatani yari Meribu-bayali+. Meribu-bayali na we avyara Mika+.