-
2 Ngoma 2:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 umuhungu w’umugore wo muri bene Dani, mugabo se akaba yari umugabo w’i Tiro, azi utuntu n’utundi, wo gukora mu vy’inzahabu no mu vy’ifeza, mu vy’umujumpu+, mu vy’ivyuma, mu vy’amabuye+ no mu vy’ibiti, mu vy’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura+, mu vy’inyuzi z’ubururu+ no mu vy’ibitambara vyiza+ no mu vy’ibara ry’umutukutuku rihinze+, no mu vy’ugusarura ubwoko bwose bw’udusaruro+, no mu vy’ugutunganya ubwoko bwose bw’umugambi+ yohabwa; azoba ari kumwe n’abantu bawe b’abahanga n’abantu b’abahanga b’umukama wanje Dawidi so.
-