2 Ngoma 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+. 2 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:18 Umunara w’Inderetsi,1/12/2005, rup. 19
18 Nuko ibihumbi mirongo irindwi muri bo abagira abo gutwara imizigo+, ibihumbi mirongo umunani abagira abo kuringaniza amabuye+ ku musozi, ibihumbi bitatu n’amajana atandatu na bo abagira abacungezi bo gutuma abantu baguma ku gikorwa+.