2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. 2 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:2 Umunara w’Inderetsi,15/8/2012, rup. 9-10
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.