2 Aba ni bo bana b’intara y’ubutware+ baduze bavuye iyo abajanywe ari inyagano+ bari baragiriwe imbohe, abo Nebukadinezari umwami wa Babiloni yari yarajanye mu bunyagano+ i Babiloni maze mu nyuma bagasubira+ i Yeruzalemu no muri Yuda+, umwe wese mu gisagara ciwe,