Nehemiya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vy’ukuri twarakoze nabi imbere yawe+ kandi ntitwagumije amabwirizwa+ n’ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane*+ wategetse biciye kuri Musa umusavyi wawe+.
7 Vy’ukuri twarakoze nabi imbere yawe+ kandi ntitwagumije amabwirizwa+ n’ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane*+ wategetse biciye kuri Musa umusavyi wawe+.