Nehemiya 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kandi umuherezi, mwene Aroni, ategerezwa kuba ari kumwe n’Abalewi igihe Abalewi bakira ic’icumi; Abalewi na bo babwirizwa gushikana ic’icumi c’ic’icumi ku nzu y’Imana yacu+, mu vyumba vy’uburiro+ vy’inzu y’ububiko.
38 Kandi umuherezi, mwene Aroni, ategerezwa kuba ari kumwe n’Abalewi igihe Abalewi bakira ic’icumi; Abalewi na bo babwirizwa gushikana ic’icumi c’ic’icumi ku nzu y’Imana yacu+, mu vyumba vy’uburiro+ vy’inzu y’ububiko.