Nehemiya 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aba ni bo bakuru b’intara y’ubutware+ baba i Yeruzalemu+; mugabo mu bisagara vya Yuda haba Isirayeli+, abaherezi+ n’Abalewi+, Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo+, umwe wese mu ntoranwa yiwe, mu bisagara vyabo+.
3 Aba ni bo bakuru b’intara y’ubutware+ baba i Yeruzalemu+; mugabo mu bisagara vya Yuda haba Isirayeli+, abaherezi+ n’Abalewi+, Abanetinimu+ n’abahungu b’abasuku ba Salomo+, umwe wese mu ntoranwa yiwe, mu bisagara vyabo+.