12 na bene wabo, abakora igikorwa c’iyo nzu+, bose bakaba bari amajana umunani na mirongo ibiri na babiri; na Adaya mwene Yerohamu+, Yerohamu mwene Pelaliya, Pelaliya mwene Amuzi, Amuzi mwene Zekariya, Zekariya mwene Pashuri+, Pashuri mwene Malikiya+,