17 na Mataniya+ mwene Mika, Mika mwene Zabidi, Zabidi mwene Asafu+, umurongozi w’indirimbo zo gushemeza+, akaba ari we yahaya Imana mu gihe c’isengesho+, na Bakibukiya yagira kabiri muri bene wabo, na Abuda mwene Shamuwa, Shamuwa mwene Galali+, Galali mwene Yedutuni+.