Nehemiya 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abanetinimu+ baba i Ofeli+; Ziha na Gishipa ni bo bari abakuru b’Abanetinimu.