Nehemiya 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko hariho ibwirizwa ry’umwami ku biberekeye+, kandi hariho intunganyo yashinzwe yari igenewe abaririmvyi bivanye n’ivyo bakenera ku musi ku musi+.
23 Kuko hariho ibwirizwa ry’umwami ku biberekeye+, kandi hariho intunganyo yashinzwe yari igenewe abaririmvyi bivanye n’ivyo bakenera ku musi ku musi+.