Nehemiya 11:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 i Zanowa+, i Adulamu+ no mu mihana irundanye ihakukira, i Lakishi+ no mu turere twaho, be n’i Azeka+ no mu bisagara bihakukira. Nuko bakambika kuva i Beyeri-sheba gushika ku mubande wa Hinomu+.
30 i Zanowa+, i Adulamu+ no mu mihana irundanye ihakukira, i Lakishi+ no mu turere twaho, be n’i Azeka+ no mu bisagara bihakukira. Nuko bakambika kuva i Beyeri-sheba gushika ku mubande wa Hinomu+.