Esiteri 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inkumi izoboneka ko ihimbaye mu maso y’umwami izoca iba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.” Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami, maze abigenza atyo.
4 Inkumi izoboneka ko ihimbaye mu maso y’umwami izoca iba umwamikazi mu kibanza ca Vashiti+.” Nuko ico kintu kiba igihimbaye mu maso y’umwami, maze abigenza atyo.