Esiteri 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Niwigane, rup. 127 Umunara w’Inderetsi,1/10/2011, rup. 19
7 Maze aba umurezi+ wa Hadasa, ari we Esiteri, umukobwa wa mwene wabo na se+, kuko atari afise se canke nyina; iyo nkumi yari nziza ku mubiri, igasa neza+, kandi igihe se na nyina bapfa, Morudekayi yaciye amutwara aba nk’umukobwa wiwe.