Esiteri 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe bimaze kwumvikana maze inkumi nyinshi zigakoranirizwa ku kirimba Shushani+, ico Hegayi+ yari ajejwe, Esiteri aca ajanwa ku nzu y’umwami, iyo Hegayi umurinzi w’abagore yari ajejwe.
8 Nuko ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe bimaze kwumvikana maze inkumi nyinshi zigakoranirizwa ku kirimba Shushani+, ico Hegayi+ yari ajejwe, Esiteri aca ajanwa ku nzu y’umwami, iyo Hegayi umurinzi w’abagore yari ajejwe.