-
Esiteri 2:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Kandi uko bukeye uko bwije, Morudekayi yama atembera imbere y’ikigo c’inzu y’abagore kugira amenye uko Esiteri amerewe n’ivyo bariko bamugirira.
-