Esiteri 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ivyo bigizwe ni ho nya nkumi yinjira aho umwami ari. Ico yavuga cose yaragihabwa, kugira agende akijanye avuye mu nzu y’abagore aja ku nzu y’umwami+.
13 ivyo bigizwe ni ho nya nkumi yinjira aho umwami ari. Ico yavuga cose yaragihabwa, kugira agende akijanye avuye mu nzu y’abagore aja ku nzu y’umwami+.