Esiteri 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Esiteri ajanwa ku Mwami Ahasuwerusi ku nzu yiwe ya cami mu kwezi kugira cumi, ari kwo kwezi kwa Tebeti, mu mwaka ugira indwi+ w’ingoma yiwe.
16 Maze Esiteri ajanwa ku Mwami Ahasuwerusi ku nzu yiwe ya cami mu kwezi kugira cumi, ari kwo kwezi kwa Tebeti, mu mwaka ugira indwi+ w’ingoma yiwe.