Esiteri 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Esiteri ntiyahishura incuti ziwe be n’igisata ciwe+, nk’uko Morudekayi+ yari yaramutegetse+; kandi ico Morudekayi avuze Esiteri yaragikora, nk’uko yabigira igihe ari we yari amureze+.
20 Esiteri ntiyahishura incuti ziwe be n’igisata ciwe+, nk’uko Morudekayi+ yari yaramutegetse+; kandi ico Morudekayi avuze Esiteri yaragikora, nk’uko yabigira igihe ari we yari amureze+.