Esiteri 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ico kintu kiratohozwa rero, amaherezo kiruburwa, maze bompi bamanikwa+ ku giti+; ivyo bica vyandikwa mu gitabu c’ivyo+ muri iyo misi, imbere y’umwami.
23 Ico kintu kiratohozwa rero, amaherezo kiruburwa, maze bompi bamanikwa+ ku giti+; ivyo bica vyandikwa mu gitabu c’ivyo+ muri iyo misi, imbere y’umwami.