Esiteri 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwami aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko, ayiha Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, umwe yanka Abayuda+.
10 Umwami aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko, ayiha Hamani+ mwene Hamedata Umwagagi+, umwe yanka Abayuda+.