-
Esiteri 3:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Nuko biciye ku ntwarabutumwa+ barungikira ayo makete intara z’ubutware zose z’umwami, kugira ngo bazimanganye, bice, barandure Abayuda bose, umusore n’umutama, abana batoyi n’abagore, ku musi umwe+, ku musi ugira cumi na gatatu w’ukwezi kwa cumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+, no kugira ngo basahure ibintu vyabo+.
-