Esiteri 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Izo ntwarabutumwa zirasohoka, zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami, kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+. Nayo umwami na Hamani, baricara kugira banywe+; mugabo igisagara ca Shushani+ cari mu muvurungano+. Esiteri Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:15 Niwigane, rup. 131-132 Umunara w’Inderetsi,1/10/2011, rup. 21-22
15 Izo ntwarabutumwa zirasohoka, zihutishwa+ n’ijambo ry’umwami, kandi iryo tegeko ritangwa mu kirimba Shushani+. Nayo umwami na Hamani, baricara kugira banywe+; mugabo igisagara ca Shushani+ cari mu muvurungano+.