Esiteri 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose+, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba ukugandara+ gukomeye mu Bayuda, n’ukwisonzesha+ n’amarira n’amaborogo. Nuko benshi basanza amagunira+ n’iminyota+ ngo bibabere uburiri.
3 Kandi mu ntara z’ubutware zitandukanye zose+, ahantu hose ijambo ry’umwami n’itegeko ryiwe vyashika, haba ukugandara+ gukomeye mu Bayuda, n’ukwisonzesha+ n’amarira n’amaborogo. Nuko benshi basanza amagunira+ n’iminyota+ ngo bibabere uburiri.