-
Esiteri 4:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 “Abasuku b’umwami bose n’abantu bo mu ntara z’ubutware z’umwami barazi yuko umugabo wese canke umugore wese yinjira aho umwami ari mu kigo c’indani+ adahamagawe, itegeko ryiwe rimwe+ ari iry’uko yicwa; umwami amutunze agakoni k’ubutware k’inzahabu, ni ho gusa abandanya kubaho+. Ariko jewe, ubu haciye imisi mirongo itatu ntarahamagarwa ngo ninjire aho umwami ari.”
-