Yobu 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nimba naracumuye, nokugira iki, wewe Ndavyi y’abantu+?Kuki wangize ico urasa, bigatuma mba umuzigo kuri wewe?
20 Nimba naracumuye, nokugira iki, wewe Ndavyi y’abantu+?Kuki wangize ico urasa, bigatuma mba umuzigo kuri wewe?