Yobu 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuki kandi utababarira ukugabitanya kwanje+Ngo wirengagize ikosa ryanje?Kuko ubu ngira ndyame mu mukungugu+;Kandi uzondondera vy’ukuri, ariko sinzoba ndiho.”
21 Kuki kandi utababarira ukugabitanya kwanje+Ngo wirengagize ikosa ryanje?Kuko ubu ngira ndyame mu mukungugu+;Kandi uzondondera vy’ukuri, ariko sinzoba ndiho.”