Yobu 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ashira ahabona ibintu vyimbitse abikuye mu mwiza+,Igitutu kizitanye akakizana ku muco;