Yobu 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni yo kandi izoba ubukiriro bwanje+,Kuko ata muhuni azokwinjira imbere yayo+.