Yobu 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Zibaye incuro cumi mumpambarira;Nta soni mugira kumfata nabi gutyo+.