Yobu 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndahiye ukubaho kw’Imana+, yo yandiriye urubanza+,Kandi ndahiye ukubaho kwa Mushoboravyose, we yatumye umutima wanje udundumirwa+,
2 “Ndahiye ukubaho kw’Imana+, yo yandiriye urubanza+,Kandi ndahiye ukubaho kwa Mushoboravyose, we yatumye umutima wanje udundumirwa+,