Zaburi 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+.
9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+.