Zaburi 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubukize abantu ukoresheje ukuboko kwawe, ewe Yehova+!Ubukize abantu b’iki gihe+, abo umuturi wabo uri muri ubu buzima+,N’inda yabo ukayuzuza itunga ryawe ryahishijwe+,Abahagijwe abahungu+Kandi bakarundira abana babo ibisigi vyabo+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:14 Umunara w’Inderetsi,15/9/2011, rup. 1215/5/2006, rup. 19
14 Ubukize abantu ukoresheje ukuboko kwawe, ewe Yehova+!Ubukize abantu b’iki gihe+, abo umuturi wabo uri muri ubu buzima+,N’inda yabo ukayuzuza itunga ryawe ryahishijwe+,Abahagijwe abahungu+Kandi bakarundira abana babo ibisigi vyabo+.