Zaburi 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Naho nogendera mu mubande w’igitutu kizitanye+,Nta kintu kibi na kimwe ntinya+,Kuko uri kumwe nanje+;Inkoni yawe n’ikibando cawe ni vyo bimpoza+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:4 Umunara w’Inderetsi,1/11/2005, rup. 18-19
4 Naho nogendera mu mubande w’igitutu kizitanye+,Nta kintu kibi na kimwe ntinya+,Kuko uri kumwe nanje+;Inkoni yawe n’ikibando cawe ni vyo bimpoza+.