Zaburi 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ijwi rya Yehova rituma impongokazi zigonyonzora mu bubabare bwo kuvyara+,Rigakoba ibibira bigasigara biri amenya+.Kandi mu rusengero rwiwe umwe wese avuga ati: “Ubuninahazwa+!”
9 Ijwi rya Yehova rituma impongokazi zigonyonzora mu bubabare bwo kuvyara+,Rigakoba ibibira bigasigara biri amenya+.Kandi mu rusengero rwiwe umwe wese avuga ati: “Ubuninahazwa+!”