Zaburi 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amagufa yanje yose navuge+ ati:“Ewe Yehova, ni nde ameze nkawe+,Arokora umurushwa akamukiza uwumurusha inkomezi+,Umuntu w’umurushwa kandi w’umworo akamukiza uwumwambura+?”
10 Amagufa yanje yose navuge+ ati:“Ewe Yehova, ni nde ameze nkawe+,Arokora umurushwa akamukiza uwumurusha inkomezi+,Umuntu w’umurushwa kandi w’umworo akamukiza uwumwambura+?”