Zaburi 35:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo igihe naba ncumbagiye baranezerwa, bagakoranira hamwe+;Barakoranira hamwe ngo bandwanye+,Bakankubita hasi ntabizi+;Barantabagura ntibacereze+.
15 Mugabo igihe naba ncumbagiye baranezerwa, bagakoranira hamwe+;Barakoranira hamwe ngo bandwanye+,Bakankubita hasi ntabizi+;Barantabagura ntibacereze+.