Zaburi 38:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima wanje wadidagiye bikomeye, ububasha bwanje bwamvuyemwo,N’umuco w’amaso yanje ntukiri kumwe nanje+.
10 Umutima wanje wadidagiye bikomeye, ububasha bwanje bwamvuyemwo,N’umuco w’amaso yanje ntukiri kumwe nanje+.