Zaburi 45:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 45:2 Umunara w’Inderetsi,15/2/2014, rup. 415/8/2002, rup. 12
2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.