Zaburi 48:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu minara yawo yo kubamwo, Imana imenyekanye ko ari ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi+.