Zaburi 56:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+.
13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+.