Zaburi 62:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Koko, batanga inama kugira ngo bahendahende umuntu ngo atakaze iteka ryiwe+;Bahimbarwa n’ikinyoma+.Bahezagirisha akanwa kabo, mugabo muri bo bagahamagara akabi+. Sela.
4 Koko, batanga inama kugira ngo bahendahende umuntu ngo atakaze iteka ryiwe+;Bahimbarwa n’ikinyoma+.Bahezagirisha akanwa kabo, mugabo muri bo bagahamagara akabi+. Sela.