Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+,